Zaburi 79:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Suka ubushangashirwe bwawe ku mahanga atakumenye+,No ku bwami butambaje izina ryawe+.