Zaburi 84:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Ndashashaye ibigo vya Yehova kandi ngwabijwe n’ukuvyipfuza+.Umutima wanje n’umubiri wanje biriha akamo k’umunezero bikerekeza ku Mana nzima+.
2 Ndashashaye ibigo vya Yehova kandi ngwabijwe n’ukuvyipfuza+.Umutima wanje n’umubiri wanje biriha akamo k’umunezero bikerekeza ku Mana nzima+.