Zaburi 95:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Mu kiringo c’imyaka mirongo ine, nagumye numva nshishwe n’iryo yaruka+,Ndaheza mvuga nti:“Ni abantu b’umutima wigira ibiro biteze+,Kandi bo ubwabo ntibamenye inzira zanje+”;
10 Mu kiringo c’imyaka mirongo ine, nagumye numva nshishwe n’iryo yaruka+,Ndaheza mvuga nti:“Ni abantu b’umutima wigira ibiro biteze+,Kandi bo ubwabo ntibamenye inzira zanje+”;