Zaburi 106:38 Bibiliya y’isi nshasha 38 Baguma bavisha amaraso y’intungane+,Amaraso y’abahungu babo n’abakobwa babo,Abo bashikaniye ibigirwamana vy’i Kanani+;Igihugu kiraheza gihumanywa n’ugusesa amaraso+.
38 Baguma bavisha amaraso y’intungane+,Amaraso y’abahungu babo n’abakobwa babo,Abo bashikaniye ibigirwamana vy’i Kanani+;Igihugu kiraheza gihumanywa n’ugusesa amaraso+.