Zaburi 113:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Yehova acitse uwuri hejuru cane y’amahanga yose+;Ubuninahazwa bwiwe buri hejuru y’amajuru+.