Zaburi 115:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Ku biraba amajuru, amajuru ni aya Yehova+,Mugabo isi yayihaye abana b’abantu+.