Zaburi 123:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Raba! Nk’uko amaso y’abasuku yama ahanze ukuboko kwa shebuja+,Nk’uko amaso y’umusukukazi yama ahanze ukuboko kwa inabuja+,Ni ko amaso yacu yama ahanze Yehova Imana yacu+Gushika atugiriye ubutoni+. Zaburi Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 123:2 Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),7/2018, rup. 12-13 Umunara w’Inderetsi,1/9/2006, rup. 15
2 Raba! Nk’uko amaso y’abasuku yama ahanze ukuboko kwa shebuja+,Nk’uko amaso y’umusukukazi yama ahanze ukuboko kwa inabuja+,Ni ko amaso yacu yama ahanze Yehova Imana yacu+Gushika atugiriye ubutoni+.
123:2 Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),7/2018, rup. 12-13 Umunara w’Inderetsi,1/9/2006, rup. 15