Zaburi 132:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Abana bawe nibagumya isezerano ryanje+Be n’ivyibutsa vyanje nzobigisha+,N’abana babo nyene, ibihe bidahera+Bazokwicara ku ntebe yawe y’ubwami+.”
12 Abana bawe nibagumya isezerano ryanje+Be n’ivyibutsa vyanje nzobigisha+,N’abana babo nyene, ibihe bidahera+Bazokwicara ku ntebe yawe y’ubwami+.”