Imigani 26:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Ikinebwe kizika ukuboko mu cibo c’inzimano; kirarambirwa cane ku buryo kidashobora kukugarukana ku munwa waco+.
15 Ikinebwe kizika ukuboko mu cibo c’inzimano; kirarambirwa cane ku buryo kidashobora kukugarukana ku munwa waco+.