Umusiguzi 1:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Nuko mpebera umutima wanje kumenya ubukerebutsi no kumenya ubusazi+, ndamenya ubupfu+, yuko ivyo na vyo nyene ari ukwiyahagura ukurikira umuyaga+.
17 Nuko mpebera umutima wanje kumenya ubukerebutsi no kumenya ubusazi+, ndamenya ubupfu+, yuko ivyo na vyo nyene ari ukwiyahagura ukurikira umuyaga+.