Umusiguzi 2:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Kandi jewe navuze mu mutima wanje+ nti: “Iherezo nka rirya ry’ikijuju+ ni ryo rizonshikira na jewe+.” Kubera iki none ico gihe nari nabaye inkerebutsi nkarenza urugero+? Maze mvugira mu mutima wanje nti: “Ivyo na vyo nyene ni ubusa.”
15 Kandi jewe navuze mu mutima wanje+ nti: “Iherezo nka rirya ry’ikijuju+ ni ryo rizonshikira na jewe+.” Kubera iki none ico gihe nari nabaye inkerebutsi nkarenza urugero+? Maze mvugira mu mutima wanje nti: “Ivyo na vyo nyene ni ubusa.”