Umusiguzi 2:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 Kuko mu misi yiwe yose igikorwa ciwe kizana imibabaro n’umwikomo+, kandi mw’ijoro umutima wiwe nturuha uryama+. Ivyo na vyo nyene ni ubusa gusa.
23 Kuko mu misi yiwe yose igikorwa ciwe kizana imibabaro n’umwikomo+, kandi mw’ijoro umutima wiwe nturuha uryama+. Ivyo na vyo nyene ni ubusa gusa.