Umusiguzi 10:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Uzoba uhiriwe, wa gihugu we, igihe umwami wawe ari umwana w’abanyacubahiro, abaganwa bawe na bo bakarya ku gihe kibereye ngo bagire inguvu, atari ku bwo kunywa gusa+.
17 Uzoba uhiriwe, wa gihugu we, igihe umwami wawe ari umwana w’abanyacubahiro, abaganwa bawe na bo bakarya ku gihe kibereye ngo bagire inguvu, atari ku bwo kunywa gusa+.