Umusiguzi 10:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Mbere no mu cumba cawe c’uburyamo ntuhamagarire akabi ku mwami+, kandi mu vyumba uryamamwo ntuhamagarire akabi ku mutunzi n’umwe+; kuko ikiremwa kiguruka co mu kirere kizotwara ijwi, n’igifise amababa kikazobivuga+.
20 Mbere no mu cumba cawe c’uburyamo ntuhamagarire akabi ku mwami+, kandi mu vyumba uryamamwo ntuhamagarire akabi ku mutunzi n’umwe+; kuko ikiremwa kiguruka co mu kirere kizotwara ijwi, n’igifise amababa kikazobivuga+.