Umusiguzi 11:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Nk’uko nyene utazi inzira y’impwemu mu magufa mu nda y’uwibungenze+, ni ko utazi igikorwa c’Imana y’ukuri, imwe ikora ibintu vyose+.
5 Nk’uko nyene utazi inzira y’impwemu mu magufa mu nda y’uwibungenze+, ni ko utazi igikorwa c’Imana y’ukuri, imwe ikora ibintu vyose+.