Indirimbo ya Salomo 5:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Ndugurura, jewe ubwanje, nugururiye umukunzi wanje, mugabo umukunzi wanje yari yagiye, yari yahise. Umutima wanje wari wamvuyemwo igihe yavuga. Ndamurondera, sinamubona+. Ndamuhamagara, ntiyanyitaba.
6 Ndugurura, jewe ubwanje, nugururiye umukunzi wanje, mugabo umukunzi wanje yari yagiye, yari yahise. Umutima wanje wari wamvuyemwo igihe yavuga. Ndamurondera, sinamubona+. Ndamuhamagara, ntiyanyitaba.