Yesaya 7:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 “Kuri uwo musi, hakoreshejwe urumosho rukoswe mu karere ka rwa Ruzi+, mbere hakoreshejwe umwami wa Ashuri+, Yehova azomwa umutwe n’ubwoya bwo ku birenge, kandi n’ubwanwa ruzokungutura+.
20 “Kuri uwo musi, hakoreshejwe urumosho rukoswe mu karere ka rwa Ruzi+, mbere hakoreshejwe umwami wa Ashuri+, Yehova azomwa umutwe n’ubwoya bwo ku birenge, kandi n’ubwanwa ruzokungutura+.