Yesaya 10:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 “Ahaa! Umwashuri+, inkoni y’ishavu ryanje+, n’agakoni kari mu kuboko kwabo ku bw’imisibo yanje!