Yesaya 16:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Kandi uku ni ko bitegerezwa kuba: kurya kw’ikiremwa c’amababa kiriko kirahunga, cirukanywe mu cari caco+, ni ko abakobwa ba Mowabu bazomera, ku vyambu vya Arunoni+.
2 Kandi uku ni ko bitegerezwa kuba: kurya kw’ikiremwa c’amababa kiriko kirahunga, cirukanywe mu cari caco+, ni ko abakobwa ba Mowabu bazomera, ku vyambu vya Arunoni+.