Yesaya 19:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Ibiharabuga vy’iruhande y’uruzi Nili, ku munwa w’uruzi Nili, n’imirima yose itewemwo imbuto y’uruzi Nili, bizokwuma+. Bizokukumurwa koko, kandi ntibizokwongera kubaho.
7 Ibiharabuga vy’iruhande y’uruzi Nili, ku munwa w’uruzi Nili, n’imirima yose itewemwo imbuto y’uruzi Nili, bizokwuma+. Bizokukumurwa koko, kandi ntibizokwongera kubaho.