Yesaya 19:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Abarovyi bazobwirizwa kuboroga, kandi abaterera amagera mu ruzi Nili bose ntibazobura guserura agahinda, mbere n’abasanza ku buringanire bw’amazi insenga zo kuroba, ntibazobura kuyama+.
8 Abarovyi bazobwirizwa kuboroga, kandi abaterera amagera mu ruzi Nili bose ntibazobura guserura agahinda, mbere n’abasanza ku buringanire bw’amazi insenga zo kuroba, ntibazobura kuyama+.