Yesaya 19:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 None bari hehe, ba bantu b’inkerebutsi bawe+, ngo bakubwire ubu, kandi ngo bamenye ico Yehova nyen’ingabo yashinze ku vyerekeye Misiri+?
12 None bari hehe, ba bantu b’inkerebutsi bawe+, ngo bakubwire ubu, kandi ngo bamenye ico Yehova nyen’ingabo yashinze ku vyerekeye Misiri+?