Yesaya 19:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Kuri uwo musi Misiri izomera nk’abagore, kandi izojugumira+ koko igire ubwoba kubera ukuzungagizwa kw’ukuboko kwa Yehova nyen’ingabo, ukwo ariko arayizungagiriza+.
16 Kuri uwo musi Misiri izomera nk’abagore, kandi izojugumira+ koko igire ubwoba kubera ukuzungagizwa kw’ukuboko kwa Yehova nyen’ingabo, ukwo ariko arayizungagiriza+.