Yesaya 19:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Kandi ubutaka bwa Yuda buzobera Misiri imvo y’ukugira ibizunguzungu+. Uwo wese abibwiwe arumva ubwoba kubera ingingo Yehova nyen’ingabo yamufatiye+.
17 Kandi ubutaka bwa Yuda buzobera Misiri imvo y’ukugira ibizunguzungu+. Uwo wese abibwiwe arumva ubwoba kubera ingingo Yehova nyen’ingabo yamufatiye+.