Yesaya 19:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Kizoba ikimenyetso n’intahe kuri Yehova nyen’ingabo mu gihugu ca Misiri+; kuko bazoririra Yehova kubera abanyagahahazo+, na we azobarungikira umukiza, mbere ahambaye, azobarokora vy’ukuri+. Yesaya Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 19:20 Umunara w’Inderetsi,1/1/2000, rup. 21-22
20 Kizoba ikimenyetso n’intahe kuri Yehova nyen’ingabo mu gihugu ca Misiri+; kuko bazoririra Yehova kubera abanyagahahazo+, na we azobarungikira umukiza, mbere ahambaye, azobarokora vy’ukuri+.