Yesaya 19:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 Yehova azokubita Misiri koko+. Hazoba ugukubita n’ugukiza+; kandi bazogaruka kuri Yehova+, na we azokunda bamwinginge, abakize+.
22 Yehova azokubita Misiri koko+. Hazoba ugukubita n’ugukiza+; kandi bazogaruka kuri Yehova+, na we azokunda bamwinginge, abakize+.