Yesaya 19:25 Bibiliya y’isi nshasha 25 kuko Yehova nyen’ingabo azoba yabahezagiye+, ati: “Hahezagirwe abantu banje, ari bo Misiri, n’igikorwa c’amaboko yanje, ari co Ashuri+, be n’intoranwa yanje, ari yo Isirayeli+.”
25 kuko Yehova nyen’ingabo azoba yabahezagiye+, ati: “Hahezagirwe abantu banje, ari bo Misiri, n’igikorwa c’amaboko yanje, ari co Ashuri+, be n’intoranwa yanje, ari yo Isirayeli+.”