Yesaya 22:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Mugabo, ehe: umwigino n’umunezero, ukubaga inka n’ugukerera intama, ukurya inyama n’ukunywa umuvinyu+, hakavugwa ngo: ‘Turye, tunywe, kuko ejo tuzopfa+.’”
13 Mugabo, ehe: umwigino n’umunezero, ukubaga inka n’ugukerera intama, ukurya inyama n’ukunywa umuvinyu+, hakavugwa ngo: ‘Turye, tunywe, kuko ejo tuzopfa+.’”