Yesaya 22:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 “‘Kandi uku ni ko bitegerezwa kuba kuri uwo musi: nzohamagara umusavyi wanje+, ari we Eliyakimu+ mwene Hilikiya+.
20 “‘Kandi uku ni ko bitegerezwa kuba kuri uwo musi: nzohamagara umusavyi wanje+, ari we Eliyakimu+ mwene Hilikiya+.