Yesaya 23:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Nko kuri ya nkuru yerekeye Misiri+, ni ko abantu bazogira ububabare bukaze ku nkuru ya Tiro+.