Yesaya 23:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Jabuka igihugu cawe nk’uruzi Nili, ewe mukobwa wa Tarushishi+! Nta kibanza c’imeri kikiriho+.