Yesaya 23:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Kandi avuga ati: “Ntuzopfa usubiye kwigina+, ewe mpahazwa, mukobwa w’isugi wa Sidoni+! Haguruka, ujabuke ushike i Kitimu+. Mbere no ng’aho nta karuhuko uzoronka.” Yesaya Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 23:12 Umunara w’Inderetsi,15/10/2007, rup. 17
12 Kandi avuga ati: “Ntuzopfa usubiye kwigina+, ewe mpahazwa, mukobwa w’isugi wa Sidoni+! Haguruka, ujabuke ushike i Kitimu+. Mbere no ng’aho nta karuhuko uzoronka.”