Yesaya 23:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Kandi uku ni ko bitegerezwa kuba kuri uwo musi: Tiro izobwirizwa kwibagirwa imyaka mirongo irindwi+, nk’imisi y’umwami umwe. Imyaka mirongo irindwi niyahera, Tiro bizoyigendera nka kurya kwo mu ruririmbo rw’umumaraya:
15 Kandi uku ni ko bitegerezwa kuba kuri uwo musi: Tiro izobwirizwa kwibagirwa imyaka mirongo irindwi+, nk’imisi y’umwami umwe. Imyaka mirongo irindwi niyahera, Tiro bizoyigendera nka kurya kwo mu ruririmbo rw’umumaraya: