Yesaya 23:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 “Tora inanga, uzunguruke igisagara, ewe mumaraya yibagiwe+! Basha umurya; gwiza indirimbo zawe, ubone kwibukwa.”
16 “Tora inanga, uzunguruke igisagara, ewe mumaraya yibagiwe+! Basha umurya; gwiza indirimbo zawe, ubone kwibukwa.”