Yesaya 34:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Abagandaguwe babo bazotabwa hanze; nayo imivyimba yabo, umuduhu wayo uzoduga+; kandi imisozi izotegerezwa gushonga kubera amaraso yabo+.
3 Abagandaguwe babo bazotabwa hanze; nayo imivyimba yabo, umuduhu wayo uzoduga+; kandi imisozi izotegerezwa gushonga kubera amaraso yabo+.