Yesaya 34:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Nimwironderere mu gitabu+ ca Yehova, musome n’ijwi ryumvikana: nta na kimwe muri vyo cabuze+; mu vy’ukuri ntibibura kugira kimwe cose ikigenzi caco, kuko akanwa ka Yehova ari ko katanze itegeko+, kandi impwemu yiwe ni yo yavyegeranije+.
16 Nimwironderere mu gitabu+ ca Yehova, musome n’ijwi ryumvikana: nta na kimwe muri vyo cabuze+; mu vy’ukuri ntibibura kugira kimwe cose ikigenzi caco, kuko akanwa ka Yehova ari ko katanze itegeko+, kandi impwemu yiwe ni yo yavyegeranije+.