Yesaya 36:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Eliyakimu+ na Shebuna+ na Yowa+ baca babwira Rabushake+ bati: “Turakwinginze uvugane n’abasuku bawe mu rurimi rw’igisiriya+, turumva; ntuvugane natwe mu rurimi rw’Abayuda+ mu matwi y’abantu bari ku ruhome+.”
11 Eliyakimu+ na Shebuna+ na Yowa+ baca babwira Rabushake+ bati: “Turakwinginze uvugane n’abasuku bawe mu rurimi rw’igisiriya+, turumva; ntuvugane natwe mu rurimi rw’Abayuda+ mu matwi y’abantu bari ku ruhome+.”