Yesaya 36:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Mugabo Rabushake avuga ati: “Mbega umukama wawe na wewe ni bo umukama wanje yantumyeko kubwira ayo majambo? None ntiyantumye kuri abo bagabo bicaye ku ruhome, kugira barye umwanda wabo mukuru banywe n’umwanda wabo mutoyi hamwe namwe+?”
12 Mugabo Rabushake avuga ati: “Mbega umukama wawe na wewe ni bo umukama wanje yantumyeko kubwira ayo majambo? None ntiyantumye kuri abo bagabo bicaye ku ruhome, kugira barye umwanda wabo mukuru banywe n’umwanda wabo mutoyi hamwe namwe+?”