Yesaya 37:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Nuko yumva bivugwa ku vyerekeye Tiruhaka+ umwami wa Etiyopiya ngo: “Yasohotse kukurwanya.” Avyumvise, aca atuma intumwa+ kuri Hezekiya ati:
9 Nuko yumva bivugwa ku vyerekeye Tiruhaka+ umwami wa Etiyopiya ngo: “Yasohotse kukurwanya.” Avyumvise, aca atuma intumwa+ kuri Hezekiya ati: