Yesaya 37:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Hezekiya atora rero nya makete mu kuboko kw’izo ntumwa maze arayasoma+, hanyuma aduga ku nzu ya Yehova araheza ayagaranzura imbere ya Yehova+.
14 Hezekiya atora rero nya makete mu kuboko kw’izo ntumwa maze arayasoma+, hanyuma aduga ku nzu ya Yehova araheza ayagaranzura imbere ya Yehova+.