Yesaya 37:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 None rero, ewe Yehova Mana yacu+, dukize mu kuboko kwiwe+, kugira ngo ubwami bwose bwo mw’isi bumenye yuko wewe, ewe Yehova, ari wewe Mana wenyene+.”
20 None rero, ewe Yehova Mana yacu+, dukize mu kuboko kwiwe+, kugira ngo ubwami bwose bwo mw’isi bumenye yuko wewe, ewe Yehova, ari wewe Mana wenyene+.”