Yesaya 37:34 Bibiliya y’isi nshasha 34 “‘Inzira yazananye ni yo azocamwo mu gusubira inyuma, mugabo ntazokwinjira muri iki gisagara,’ ni ko Yehova avuze+.
34 “‘Inzira yazananye ni yo azocamwo mu gusubira inyuma, mugabo ntazokwinjira muri iki gisagara,’ ni ko Yehova avuze+.