Yesaya 38:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Navuze nti: “Sinzobona Ya*, emwe, Ya, mu gihugu c’abazima+.Sinzosubira kuraba abantu—nzoba ndi kumwe n’ababa mu gihugu c’ukutabaho.
11 Navuze nti: “Sinzobona Ya*, emwe, Ya, mu gihugu c’abazima+.Sinzosubira kuraba abantu—nzoba ndi kumwe n’ababa mu gihugu c’ukutabaho.