Yesaya 38:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Aho mba haranduwe+ hakurwa kuri jewe nk’ihema ry’abungere.Nazingazinze ubuzima bwanje nk’umujishi w’impuzu;Umuntu arancacura+ ku nyuzi z’umurongo w’inyuzi. Kuva ku murango gushika mw’ijoro, uguma untanga+.
12 Aho mba haranduwe+ hakurwa kuri jewe nk’ihema ry’abungere.Nazingazinze ubuzima bwanje nk’umujishi w’impuzu;Umuntu arancacura+ ku nyuzi z’umurongo w’inyuzi. Kuva ku murango gushika mw’ijoro, uguma untanga+.