Yesaya 38:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Umuzima, umuzima, ni we ashobora kuguhaya+,Nk’uko nshobora kubigira uyu musi+.Se w’abana arashobora kubaha ubumenyi+ ku vyerekeye ukuri kwawe.
19 Umuzima, umuzima, ni we ashobora kuguhaya+,Nk’uko nshobora kubigira uyu musi+.Se w’abana arashobora kubaha ubumenyi+ ku vyerekeye ukuri kwawe.