Yesaya 39:1 Bibiliya y’isi nshasha 39 Ico gihe, Merodaki-baladani+ mwene Baladani, umwami wa Babiloni+, arungikira amakete n’ingabirano+ Hezekiya, aho yumviye ko yari yarwaye mugabo akaba yari yasubiye gukomera+.
39 Ico gihe, Merodaki-baladani+ mwene Baladani, umwami wa Babiloni+, arungikira amakete n’ingabirano+ Hezekiya, aho yumviye ko yari yarwaye mugabo akaba yari yasubiye gukomera+.