Yesaya 58:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Vy’ukuri, mwisonzeshereza imitongano n’intambara+, be no gukubitisha igipfunsi c’ububisha+. Mbega ntimwaguma mwisonzesha nko ku musi wo kwumvikanisha ijwi ryanyu iyo hejuru?
4 Vy’ukuri, mwisonzeshereza imitongano n’intambara+, be no gukubitisha igipfunsi c’ububisha+. Mbega ntimwaguma mwisonzesha nko ku musi wo kwumvikanisha ijwi ryanyu iyo hejuru?