Yesaya 58:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 “Mbega uku si kwo kwisonzesha nshima: gutekurura amapingu y’ububisha+, kubohora imizana y’umutambikwa w’ingǒgo+, kurekura abajanjaguwe bakidegemvya+, mukavuna umutambikwa wose w’ingǒgo+?
6 “Mbega uku si kwo kwisonzesha nshima: gutekurura amapingu y’ububisha+, kubohora imizana y’umutambikwa w’ingǒgo+, kurekura abajanjaguwe bakidegemvya+, mukavuna umutambikwa wose w’ingǒgo+?