Yesaya 58:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Ico gihe wohamagara, Yehova ubwiwe akakwitaba; wotabaza+, na we akavuga ati: ‘Ndi hano!’ “Niwakura hagati muri wewe umutambikwa w’ingǒgo+, ukareka gutunga agatoki+ no kuvuga ibintu bibabaza+;
9 Ico gihe wohamagara, Yehova ubwiwe akakwitaba; wotabaza+, na we akavuga ati: ‘Ndi hano!’ “Niwakura hagati muri wewe umutambikwa w’ingǒgo+, ukareka gutunga agatoki+ no kuvuga ibintu bibabaza+;