Yesaya 64:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Kandi kuva kera nta n’umwe yumvise+, eka nta wateze ugutwi, eka nta jisho ryabonye iyindi Mana itari wewe+, igira ico ikoreye uwuguma ayiteze+.
4 Kandi kuva kera nta n’umwe yumvise+, eka nta wateze ugutwi, eka nta jisho ryabonye iyindi Mana itari wewe+, igira ico ikoreye uwuguma ayiteze+.